×

Aflixa TV's video: Amayobera by Evariste Musoni Lyrics

@Amayobera by Evariste Musoni Lyrics
Amayobera by Evariste Musoni Lyrics Video Ninde Yobimenya by Evariste Musoni Lyrics Video Iyi ndirimbo yasubiwemo n'umu Legend Evariste Musoni, nyene kuririmba n'iyambere. Everiste Musoni ni umunyarwanda yabaye mu Burundi guhera mu 1973. Mu Burundi yaharirimbiye indirimbo nyinshi. Gushika uyu musi, indirimbo ziwe ziracakundwa n'Abarundi n'Abanyarwanda kuko zifise akanovera kadasanzwe. Evariste muguhimba indirimbo yisunga imibereho n'ubuzima bwa buri musi vy'abantu. Evariste ubu aba muri Canada. Ushaka kumenya ubuzima bwa Evariste ja ngaha: https://www.youtube.com/watch?v=U7Ns9MrpblY

161

22
Aflixa TV
Subscribers
72.2K
Total Post
24
Total Views
5.7M
Avg. Views
161.7K
View Profile
This video was published on 2020-02-06 19:51:04 GMT by @EAmixTV on Youtube. Aflixa TV has total 72.2K subscribers on Youtube and has a total of 24 video.This video has received 161 Likes which are lower than the average likes that Aflixa TV gets . @EAmixTV receives an average views of 161.7K per video on Youtube.This video has received 22 comments which are lower than the average comments that Aflixa TV gets . Overall the views for this video was lower than the average for the profile.

Other post by @EAmixTV