×

ISHAMI TV's video: Willy Nyamitwe yarakaye cane Umviriza amajambo ashikirije Abazungu bavuze nabi Ndayishimiye

@Willy Nyamitwe yarakaye cane Umviriza amajambo ashikirije Abazungu bavuze nabi Ndayishimiye
Umukuru w'igisata kijejwe kumenyesha amakuru mu biro vy'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Ambasaderi Willy Nyamitwe abona ko abashingamateka ba Bulaya batazi ingene ibintu vyifashe mu Burundi. Ibi abivuga inyuma y'urwandiko rwa bamwe mu bashingamateka ba Bulaya barungikiye uwujejwe imigenderanire mw'ishirahamwe ry'ibihugu vya Bulaya, Josep Borrell Fontelles, bamusaba ko ahagarika utwigoro two kwegera ubutegetsi bw'iki gihugu mu ntumbero yo kunagura imigenderanire hagati y'izi mpande zompi. Mu kwishura abo bashingamateka, Willy Nyamitwe yibutsa abo bashingamateka ko bariko bavugira abari ku rutonde rw'abakurikiranwa n'ubutungane ku ruhara bagize mu vyabaye mu 2015. Imigenderanire hagati y'Uburundi n'ishirahamwe ry'ibihugu vya Bulaya (UE/EU) yaratitutse kuva mu 2015 biturutse ku ngingo ya nyakwigendera Perezida Petero Nkurunziza yo kwitoreza ikiringo ca gatatu cateye impari nyinshi. Kanda ahanditse Subscribe niba utarabikora ubundi ujye ubona amakuru uri uwa mbere Kindly Follow us on: Instagram: https://www.instagram.com/ishamitv/ Twitter : https://twitter.com/ishamitv Facebook:https://web.facebook.com/ishamiofficial/ Instagram: https://www.instagram.com/ishamitv/ And don't forget to subscribe: https://www.youtube.com/channel/UC5D2He9ucw80aBPh5WNURvw

4

2
ISHAMI TV
Subscribers
292K
Total Post
647
Total Views
161.6K
Avg. Views
2.2K
View Profile
This video was published on 2021-02-06 22:44:12 GMT by @ISHAMI-TV on Youtube. ISHAMI TV has total 292K subscribers on Youtube and has a total of 647 video.This video has received 4 Likes which are lower than the average likes that ISHAMI TV gets . @ISHAMI-TV receives an average views of 2.2K per video on Youtube.This video has received 2 comments which are lower than the average comments that ISHAMI TV gets . Overall the views for this video was lower than the average for the profile.

Other post by @ISHAMI TV