×

ISHAMI TV's video: Impinduka Zikomeye Mu Gisoda c u Burundi Abajenerali Barakombowe Batanguye Kwandika Tracts

@Impinduka Zikomeye Mu Gisoda c'u Burundi Abajenerali Barakombowe ||Batanguye Kwandika Tracts
Abarongoye amakambi ya gisirikare batari bake baraye bahinduwe. Umushikiranganji wo Kwivuna Abansi, Alain Tribert Mutabazi, yaraye ahinduye abarongoye amakambi y'igisirikare bashika 23, be n'ivyegera vy'abarongoye amakambi bashika 22. Mu makambi yakozweko n'izo mpinduka harimwo ingabo zirinda Umukuru w'Igihugu (BSPI) aho hahinduwe icegera c'umukuru w'izo ngabo, uwutwara Bataillon ya kabiri muri BSPI, icegera c'uwutwara Bataillon ya mbere muri BSPI. Tubibutse ko mu gihe Umukuru w'Igihugu yari mu rugendo muri Amerika habaye ibintu bitangaje, aho bamwe mu basirikare ba BSPI barungikwa giturumbuka kugombora bagenzi babo kw'iradiyo na Televiziyo vy'igihugu (RTNB), abasanzweyo bakanka kubabisa, ari naho ibihuha vy'itembagazwa ry'ubutegetsi bwa Ndayishimiye vyaca birandagata mu gihugu cose.

16

1
ISHAMI TV
Subscribers
292K
Total Post
647
Total Views
161.6K
Avg. Views
2.2K
View Profile
This video was published on 2023-10-04 13:54:51 GMT by @ISHAMI-TV on Youtube. ISHAMI TV has total 292K subscribers on Youtube and has a total of 647 video.This video has received 16 Likes which are higher than the average likes that ISHAMI TV gets . @ISHAMI-TV receives an average views of 2.2K per video on Youtube.This video has received 1 comments which are lower than the average comments that ISHAMI TV gets . Overall the views for this video was lower than the average for the profile.

Other post by @ISHAMI TV