×

Mashariki TV's video: Burundi : Ivyavuye mu nama yahuje abafise inyubakwa ku nkengera z ikiyaga Tanganyika

@#Burundi : Ivyavuye mu nama yahuje abafise inyubakwa ku nkengera z'ikiyaga #Tanganyika
: Ivyavuye mu nama Umushikiranganji w'ibidukikije yagirishije abafise inyubakwa ku nkengera z'ikiyaga , mu ntumbero y'ugukinga impanuka. Mu ngingo zafashwe harimwo ko ata mpusha Reta izosubira gutanga ku bantu bashaka kuhatunganiriza imigambi baterekanye ko bubahiriza ivyasabwe, kandi ko kugurisha "Parcelles" ziri ku nkengera z'ikiyaga Tanganyika bihagaritswe. Kurikira Umushikiranganji Déo Guide Rurema

8

0
Mashariki TV
Subscribers
297K
Total Post
11.6K
Total Views
263.6K
Avg. Views
1.7K
View Profile
This video was published on 2021-02-27 17:29:23 GMT by @Mashariki-TV on Youtube. Mashariki TV has total 297K subscribers on Youtube and has a total of 11.6K video.This video has received 8 Likes which are lower than the average likes that Mashariki TV gets . @Mashariki-TV receives an average views of 1.7K per video on Youtube.This video has received 0 comments which are lower than the average comments that Mashariki TV gets . Overall the views for this video was lower than the average for the profile.Mashariki TV #Burundi #Tanganyika, has been used frequently in this Post.

Other post by @Mashariki TV