×

Mashariki TV's video: Mu ntara ya Gitega hibutswe imyaka 29 uwahoze arongoye u Burundi Cyprien NTARYAMIRA agandaguwe

@Mu ntara ya #Gitega hibutswe imyaka 29 uwahoze arongoye u #Burundi Cyprien NTARYAMIRA agandaguwe.
Mu ntara ya habaye ibiro vyo kwibuka imyaka 29 uwahoze arongoye u Cyprien NTARYAMIRA agandaguwe. Ivyo birori bikaba vyabereye ku cibutso c'ubumwe co muri iyo ntara aho vyatangujwe n'igisabisho mpuzamadini, hakurikira gushira ingori z'amashurwe ku cibutso. Umwungere w’ishengero ry’abagenzi mu Burundi Rev. Past Aloyz Ningabira, avugako nubwo abansi b’amahoro bamugandaguye bihoye ubusa kuko « Uta inkoko ntuta ico yabitse » ngo naho ataronse umwanya wo gushira mu ngiro icipfuzo ciwe c’indero ahariho hose, abamukurikiye baragerageje kubishira mu ngiro ari naco gituma ubu mu Burundi hari amahoro.

34

4
Mashariki TV
Subscribers
280K
Total Post
11.3K
Total Views
259.2K
Avg. Views
1.8K
View Profile
This video was published on 2023-04-06 22:00:52 GMT by @Mashariki-TV on Youtube. Mashariki TV has total 280K subscribers on Youtube and has a total of 11.3K video.This video has received 34 Likes which are higher than the average likes that Mashariki TV gets . @Mashariki-TV receives an average views of 1.8K per video on Youtube.This video has received 4 comments which are lower than the average comments that Mashariki TV gets . Overall the views for this video was lower than the average for the profile.Mashariki TV #Gitega #Burundi has been used frequently in this Post.

Other post by @Mashariki TV